Radio
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Papa Fransisiko yasozereye urugendo yahoramwo mu Bugiriki. Ikambi y'Impunzi z'Abarundi ya Mutendeli yugaye burundu Intambara z'amoko i Darfur zahitanye 24 Sentare ya Myanmar yaciriye umunyororo w'imyaka 4 Aung San Suu Kyi yahora atwara ico gihugu