Radio
Iwanyu mu ntara
Ikigo Transparency International - Rwanda gishinzwe kurwanya ruswa n'akarengane kuri uyu wa kabiri cyatangaje Raporo ku miterere ya Ruswa mu Rwanda mu mwaka wa 2021. Abahagarariye amashyaka atavuga rumwe na Leta y’u Rwanda n’imiryango idahagaranira inyungu za politiki baba mu Rwanda no hanze yarwo, bakoze inama yo kuganira uko inyandiko bise ‘Urwandiko rw’inzira rugamije kugeza u Rwanda kuri ejo hazaza heza" yashyirwa mu bikorwa. Kuva kuri uyu wa mbere, u Rwanda rufite ministiri mushya w’umutekano. Uwo ni Ministre Alfred Gasana.
Amakuru y'Akarere
Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Abacuruzi bakora ubucuruzi butobuto bwambukiranya imipaka hagati y’Uburundi na Kongo baridogera amafaranga y’umurengera basabwa imbere yo kujabuka urubibe. Igisirikare ca Burkina Faso gitanganza ko cishe abrwanyi 100 mu bikorwa vya gisirikare cakoreye hamwe n'igihugu ca Nijeri
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Akanama ka ONU kajejwe uburenganzira bwa kiremwa muntu kazokorana ku wa gatanu kugira kige ku ntambara muri Etiyopiya shirahamwe rijejwe amagara y'abantu kw'isi, OMS ritangaza ko Afrika ishobora kutazoshika ku mugambi w'ukuba yacandaze ibice 70 kw'ijana vy'abanyagihugu bayo mu mpera z'umwaka w'i 2024.