Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Murisanga y'uno musi iha akanya abakunzi b'Ijwi ry'Amerika bifurizanye Noheri nziza
Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Reta y'Uburundi igabisha abadandaza baduza ibiciro ku Noheri n'Ubunane Ku Nkombo, mu ntara y'uburengerazuba bw'u Rwanda, amapfa yarateye.
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Abapolisi b'Abarundi bagiye gusubira mu butumwa bwo kubungabunga amahoro n'umutekano mu makungu. Afrika y'Epfo yatanguye gutanga urucanco rwa gatatu rwa Covid-19 rwo mu bwoko bwa Johhnson & Johnson.