Radio
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Amakuru agezweho: Repubulika ya Demokasiya ya Congo yinjiye mu Muryango w'Afrika y'Uburasirazuba. Naho leta ya Tanzaniya ivuga ko Abarundi b'impunzi babangamiye inyamaswa z'ishyamba kimeza ryegereye inkambi za Nduta na Nyarugusu. Reta zunze ubumwe za Amerika kuri uyu wa gatatu yemeje ikinini kivura abanduye COVID-19.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Impunzi z’Abarundi ziri mw’ikampi ya Mulongwe zivuga zitazoshobora guhimbaza imisi mikuru ya Noeli na Bonne annee nk’uko zahora zibikora kuko amwe mu matungo yabo abandanya gusahurwa n’abantu bitwaje ibirwanisho. Ikinini cakozwe na sosiyete ikora imiti Pfizer, kibaye umuti wa mbere wemejwe na Amerika, uvura ikiza Covid-19.
19:30 - 19:59