Radio
16:00 - 16:56
Ikiganiro Murisanga ku Bwoko Bushasha bwa Virusi ya Corona, Omicron
Muri Murisanga y'uno munsi Muganga Joel Bahoza, akorera mu kigo citwa Rindubuzima gikora ubushakashatsi ku miti i Kigali mu Rwanda, akaba yahora atwara ibitaro vya Gatenga vyugaye kuva aho U Rwanda ruvugiye ko ubwandu bwa covid-19 bwagabanutse, arishura ibibazo bitandukanye kuri Virusi ya Corona, na cane cane ubwoko bushasha bw'uwo mugera bwitwa Omicron. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Diane Nininahazwe, ni we aremesheje Murisanga y'uno munsi
Presenter: