Urwanda rusaba abategetsid b’Uburundi gukora ibishoboka vyose kugira bagarukane amahoro mu gihugu
Umurwi w’abapfasoni n’abana amajana abiri na mirongo irindwi na batanu bajanywe mw’ikambi ya Malkoho mu ntara ya Yola aho bariko barafashwa.
Hari Impungene kw'ingingo zikandamiza abatavuga rumwe na Reta ziriko zitera ziyongera
Ishirahamwe ry’ibihugu vyo mu karere ko muri Afrika yo mu buseruko, Uburundi burimwo, nta ntangazo rirashiskiriza.
Uburundi butakaje akaryo gakomeye k’ugukomeza Demokrasi
Bus esheshatu za mbere zitwaye abatahuka bagera kuri 400 zageze mu mujyi wa Blantyre muri Malawi
Turkiya irahakana kw’ubwicanyi bwakozwe n’aba Turke b’aba Ottomani ku banya Armeniya ari ihonyabwoko
Ico gitero ca bombe cabaye igihe abakozi ba O-N-U bari bagiye mu biro vyabo bavuye aho baba
Papa Francis, yatangaje ko bigaragara, kw’ikibazo c’abantu barondera kuja kuba, mu karere k’i Bulaya, gikenewe kw’amakungu acicarira kurushiriza.
Prezida Mugabe, yamenyesheje ko kugirira nabi abandi Banyafrika, ata numwe yokwigera avyemera.
Reta Zunze Ubumwe za Amerika zisaba impande zose, mu Burundi, kugira uruhara rwubaka kandi rurangwa n’amahoro, mu mugambi w’amatora
Igipolisi c’igihugu c’Ubutaliyano, carahagaritse Abanyafrika b’aba Islamu cumi na batanu, bikekwa ko bataye mu mazi aba Kristu cumi na babiri ,bari kumwe nabo, mu bwato mw’ibahari Mediterranee.
al-Douri yishwe n’inteko z’igihugu ca Iraki, n’abarwanyi b’aba Shi’ite, mu gikorwa ca gisirikare cabereye, mu misozi yo mu ntara ya Hamreen.
Abanya Nigeria batoye, ku musi wa gatandatu, ba Bulamatari b’intara mirongo itatu na zitandatu zigize Nigeria
Nivyo biganiro vya mbere hagati y’abategetsi ba Amerika, na Cuba, mu kiringo kirenga imyaka mirongo itanu
Lakhvi, yari mu munyororo kuva mu kwezi kwa mbere, mu mwaka w’2009
Prezida Obama, yavuganye kw’itelefone na Raul Catsro, ku musi wa gatatu.
Umuvugizi w’umurwi al-Shabab, yabwiye itororkanirizo ry’amakuru ry’Abongereza, Reuters, kw’umurwi, al-Shabab ufise abantu benshi wagize imbohe.
Ishirahamwe, "UBUMWE", rijejwe gufasha kwiyungunganya, n'ugufatana mu nda.
Mu gihe ivyavuye mu matora, mu ntara nka zose uko ari 36 zigize igihugu ca Nigeria, bimaze kumanyekana, Buhari, yatsinze muri izo ntara nka zose
Voma ibindi