Uko wahagera

Ishirahamwe "UBUMWE", mu Gisagara ca Dallas, muri Texas

Umukuru w'Ishirahamwe, "UBUMWE", Gloria Uwayezu Nduwarugira
Umukuru w'Ishirahamwe, "UBUMWE", Gloria Uwayezu Nduwarugira

Ishirahamwe, "UBUMWE", rihuza Abarundi, Abanyarwanda n'Abanyekongo, muri Reta ya Texas, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, rijejwe kubafasha kwiyungunganya, n'ugufatana mu nda.

Radiyo Ijwi rya Amerika ryaravuganye n'umuyobozi w'iryo shirahamwe, Gloria Uwayezu Nduwarugira, Melanie Mbundebahite, ajejwe ububiko bw'iryo shirahamwe, na Salomon Nibizi, umurundi aba mu gisagara ca Dallas.


please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00


This item is part of
XS
SM
MD
LG