Obama aheruka mu gihugu ca Kenya, imbere yuko aba prezida wa Amerika, harimwo urugendo yagize muri Kenya, igihe yari umu Senateri
Abahiganwa basavye kandi abanya Nigeria, kwirinda ubwicanyi n’uruhagarara, canke ibikorwa ivyarivyo vyose bishobra kugeramira ukwizigirwa kw’amatora
Uwo mudereva wa kabiri, Andreas Lubitz, yugaranye umudereva w’indege Airbus A 320, hanze ya cabine y’iyo ndege, mu nyuma aca arihutisha ukumanuka kw’iyo ndege
Abarundi bateye igikumu kuri iryo kete bashaka ko prezida w’Uburundi, Pierre Nkurunziza, abona kw’ibintu bitifashe neza mu gihugu.
Igisirikare kiriko kigira amatohoza, ku vyerekeye abo bigeme, mu bice vyose vyahabujwe
Mu gihe hafi y’amajwi yose amaze guharurwa, umugambwe Likud waronse ibibanza mirongo itatu, ku bibanza ijana na mirongo ibiri, mu nama nshingamateka
Prezida Paul Biya, n’umutambukanyi wiwe, muri iki gihe bari mu karere k’i Bulaya, mu gihe gitoyi, ku giti ncabo
Impande zose zifise, hafi y’indwi zibiri, imbere yuko igihe ntarengwako zishinze, kugira zibe zashitse, ku ntambwe zizoshikana ku masezerano, gishika.
Amashirahamwe aharanira agateka ka muntu, amaze igihe yagiriza prezida wa Eritrea, Isaias Afwerki, kw’akandamiza abanyagihugu biwe.
Babona ayo masezerano, kw’ari amasezerano ari hagati gusa ya prezida Obama, n’umutegetsi kizigenza w’igihugu ca Irani, Ayatollah Ali Khamenei
Ibiro vya prezida w’igihugu ca Zambia, bitangaza ko Lungu afise indwara, mu muhora camwo ibifungurwa mu mubiri, ituma uba muto mu bituma umuntu ababara mu gikaraza, akagira n’ibibazo vy’ukumira ibifungurwa n’amazi.
General Martin Dempsey yatangaje kw’igitigiri c’inteko z’igihugu ca Iraki, ziriko zirwanya intagondwa, ari kinini cane.
Mu gihe prezida Obama, yemeye kw’urugamba rw’uburinganire hagati y’Abanyamerika rutaratsindwa, yabwiye abantu ibihumbi n’ibihumbi, bari bakoraniye mu gisagara ca Selma, muri Reta ya Alabama, ko yiyamiriza abavuga kw’ata kintu na kimwe cahindutse.
Ivyatangajwe n’umurwi Boko Haram, ku musi wa gatandatu, vyabaye amasaha makeyi inyuma yuko amabombe aturitse, ku murwa mukuru w’intara ya Borno, Maiduguri
Intumwa y’ishirahamwe O-N-U, mu gihugu ca Libya, Bernardino Leon, avuga kw'afise umwizero, ku masezerano yerekeye umutekano
Urunani ruyobowe na Amerika, rwarafashije inteko za Iraki ,n’ibitero vy’indege z’ingwano, mu bibanza vyarimwo abarwanyi b’umurwi, Islamic State.
Prezida Obama, yatangaje ko raporo y’ubushikiranganji bujejwe ubutungane bwa Amerika, ku gisagara ca Ferguson itomoye neza
Prezida w’Uburusiya, Vladimir Putin yaremeye itohoza ry’ukuri kw’igandagurwa rya Nemtsov
Minisitiri w’ububanyi n’amahanga wa Leta zunze ubumwe z’Amerika, John Kerry, na mugenzi we wa Irani, Mohammad Javad Zarif, bakomeje imishyikirano ku munsi wa gatatu wikurikiranije mu Busuwisi
Umuyobozi w’umugambwe, Democratic Congress, Pakalitha Mosisili, niwe yagenywe kuyobora urwo rurani rurimwo kandi umugambwe Lesotho Congress for Democracy, n’iyindi migambwe mitomito itanu.
Voma ibindi