Raporo y'ishirahamwe riharanira agateka ka muntu, Human Rights Watch, imenyesha kw’igisirikare c’Uburundi ,n’igipolisi, vyakoze ubwicanyi ndengerabutungane, ku bantu 47, canke barenga, hagati y’italiki 30 z’ukwezi kw’icumi na kabili, n’italiki zitatu z’ukwezi kwa mbere uyu mwaka.