Sentare mpuzamakungu mpanavyaha ishaka, Seif al-Islam, kw’acirwa ububanza, ku vyaha bityoza agateka ka muntu, yagirizwa bifatiye kw’ikandamiza, ryihaye inkumbi, mu mwaka w’2011, ku bantu isinzi bari mu myiyerekano y’ugukura ku butegetsi, Moammar Gadhafi.