Uko umwaka uheze, abantu barusimvye mu Gatumba, baba muri reta zunze ubumwe za amerika, baratunganya igiteramo, kugira ngo bibuke bagenzi babo bagandaguwe.
Abapolisi barageraje guhagarika congres y’umugambwe Uprona muri komine ya Mugamba, hariko harabera amatora y’abategetsi barongora umugambwe mur’iyo komine.
.
Amakoraniro y’umugambwe Uprona mu makomine, ashobora kuzotuma ikibazo c’indyane ziri hagati mu bategetsi b’uyo mugambwe, kirangira
Umukuru w'ishirahamwe FMI, yarahagaritswe n'abapolisi bo mu gisagara ca New York.
AbanyaCote D’Ivoire barabandanya guhunga ingo zabo, bahungira mu gihugu hagati no mu bihugu bihana urubibe na Cote D’Ivoire
Abashingamateka batari bake bavuga ko politike ya Amerika ivuga ko Gadhafi ategerezwa kuva ku butegetsi
Abanyapolitike bashika ku ndwi nibo bazohiganwa na Peresida Yoweri Museveni
Umugambwe uharanira Republika wigaruriye umurwi munini w’abashingamateka
Voma ibindi