Uko wahagera

Abanyapoltike Batavuga Rumwe na Reta Y’Uburundi, barahakana Akamo Batewe na President Pierre Nkurunziza, Kabasaba gutahuka mu Gihugu Cabibarutse

Ku musi wa gatanu, president w’Uburundii, Pierre Nkurunziza, yarateye akamo abanyapoltike bahunze igihugu kabasa gutahuka kugira ngo bagire uruhra mw’iterambere ry’igihugu hamwe no mu gutsimbataza amahoro mu gihugu: Yamara abanyapolitike batavuga rumwe na reta, bavuga kw’ariko arasiga amakungu inkore ku maso: Mu kiganiro Pancras Cimpaye wo mu mugambwe FRODEBU, ari mu gihugu c’Ububirigi, yahaye mugenzi wacu Frederic Nkundikije, avuga kw’abanyapolitike bahunze igihugu, badashobora gutahuka, ibintu bimwe bimwe bitabanje gukorwa

XS
SM
MD
LG