Uko wahagera

Jean Pierre Bemba Yaragenywe mu Kibanza co Guhiganwa mu Matora y’Umukuru w’Igihugu


Jean Pierre Bemba Yaragenywe mu Kibanza co Guhiganwa mu Matora y’Umukuru w’Igihugu
Jean Pierre Bemba Yaragenywe mu Kibanza co Guhiganwa mu Matora y’Umukuru w’Igihugu

Umugambwe mukuru utavuga rumwe na reta ya Republika Iharanira Demokrasi ya Congo, ku musi wa gatandatu, waragenye umushingantahe Jean Pierre Bemba, mu kibanza co guserukira uyo mugambwe mu matora y’umukuru w’igihugu, ategekanijwe mu kwezi kwa cumi na rimwe: Yamara mur’iki gihe Jean Pierre Bemba arahanzwe n’ivyaha yagirizwa na sentare mpuzamakungu, ikurikirana ivyaha vyo mu ngwano hamwe n’ivyaha vyo kugandagura abanyagihugu.

Mugenzi wacu Frederic Nkundikije, yaraganiye na Professor Emmanuel Sekiyoba, arongoye ishirahamwe ry’Abanyamerika b’Abanyecongo, ku vyerekeye iyo ngingo y’umugambwe Movement Pour La Liberation du Congo.

XS
SM
MD
LG