Uko wahagera

Abapolisi baratesheje ikiganiro cari categuwe n’amashirahamwe yo muri Societe civile

Abapolisi baratesheje ikiganiro cari categuwe n’amashirahamwe yo muri Societe civile
Abapolisi baratesheje ikiganiro cari categuwe n’amashirahamwe yo muri Societe civile

Ayo mashirahamwe yari yatumiye abanyagihugu baba I Bujumbura kugira ngo bigire hamwe ikibazo c’ibiciro biguma biduzwa, hanyuma babone gufata ingingo zikenewe. Yamara abapolisi bari bahashitse imbere y’uko ico kiganiro gitangura, baca baratesha ayo mashihamwe.

Umwe mu bari batunganije ico kiganiro, Gabriel Rufyiri, yabwiye Frederic Nkundikije kw’abategetsi bo mur’ayo mashirahamwe, bazosubira gukorana kugira ngo bumvikane icokorwa. Yavuze ko reta y’Uburundi ikwiye guhagarika gukoresha igikenye, maze ikareka ayo mashirahamwe agakoresha inama, ikanaheza ikumviriza iryo abanyagihugu bagona:

XS
SM
MD
LG