Uko wahagera

Umuvugizi w’Igipolisi c’Uburundi, Arahakana ko Hari Umurwi Urwanya Ubutegetsi, Wakoze Ibitero Mw’Ijoro ryo ku Musi wa Mbere

Umuvugizi w’igipolisi c’Uburundi, Pierre Channel Ntarabaganyi avuga kw’abantu bakoze ibitero mw’ijoro ryo ku musi wa mbere buca ari ku wa kabiri, ar’abantu batagira intumbero, bahendwa n’abanyapoltike, babatuma gutera umudugararo mu gihugu, kugira ngo mu Burundi hase n’aharangwa umutekano muke: Yabwiye mugenzi wacu Frederic Nkundikije kw’abakoze ivyo bitero, batari mu murwi urwanya ubutegetsi, naho uyo murwi wowo, watangaje izina ryawo.

Yavuze kandi kw’abapolisi bashoboye gufata, bamwe, mur’abo bantu bateye, kandi mur’iki gihe ngo bariko barasambishwa.

XS
SM
MD
LG