Uburyo butandukanye bw’ugutanga ayo mazi buriko burakoreshwa
Maitre Rufyikiri yatangaje ko bazobandanya bakora akazi kabo nkuko bisanzwe
Uwo mugwi uzoba ujejwe gutora uburyo Amerika izokwisunga mu kwishura ningoga ku bwicanyi bukanije
Avuga ko Abantu bakeneye kumenya imvo n’imvano yotuma ibiciro biduzwa.
Ingorane nuko Reta itazoba igishobora gufyatura amafaranga
Ukwo kutabona ibintu kumwe guhagaze hagati ya Reta n’iyindi migambwe n’amashirahamwe adaharanira ubutegetsi
Abantu bake cane nibo bazoshobora kuriha ivyo biciro.
Ibiciro vy’ibintu ngenderwako bitera biduga, hamwe n’amatagisi y’umurengera, bifise ingaruka zikomeye ku banyagihugu
Strauss-Kahn yakuwe mu ndege ejo ku musi wa gatandatu yari isigaje iminuta mikeyi ngo ihaguruke
Ityozwa ry’agateka ka muntu biracageramiye ibihugu bitari bike vyo muri Afrika.
Itegeko Rishaha Rigenga Imigambwe mu Burundi
Uruhara rw’Abaganga Bajejwe Ibitungwa ku Vyerekeye Amagara y’Abantu n’Iterambere
Inteko zishigikiye Gbagbo zarashe ku nteko zijejwe gucungera umutekano za O-N-U ejo ku musi wa gatandatu.
Umugambi wabo n’ugufasha Abarundi
Jean-Baptiste Gatete, yagiriwe n’ivyaha vyo kugandagura abaTutsi amajana n’amajana, canke ibihumbi n’ibihumbi
Lovemore Moyo azohagarikwa vuba.
Inteko z’urunani zaragize ibitero ku bibanza vy’abashigikiye Leta ejo ku musi wa kane
Leta iriko irondera kwubaka ibilometero ibihumbi mirongo itatu z’amayira ya gali ya moshi
Amaboko arahari, ikibuze n’ivyiyumviro.
Voma ibindi