Uko wahagera

Ibiciro vy’Amazi n’Umuyagankuba Biherutse Kuduga Bikomeye mu Burundi.

Ibiciro vy’Amazi n’Umuyagankuba Biherutse Kuduga Bikomeye mu Burundi.
Ibiciro vy’Amazi n’Umuyagankuba Biherutse Kuduga Bikomeye mu Burundi.

Ingingo y’ukuduza ibiciro ikaba yafashwe mu gihe Abarundi bageramiwe bikomeye n’ubukene.

Ibiciro vy’amazi n’umuyagankuba biherutse kuduzwa mu Burundi. Ingingo y’ukuduza ibiciro ikaba yafashwe mu gihe Abarundi bageramiwe bikomeye n’ubukene.

Mu kiganiro Zenon Nicayenzi, umuhinga mpanuzwajambo ku bibazo vyerekeye ubutunzi n’iterambere yahaye Ijwi rya Amerika, yavuze ko ubuzima bw’abayagihugu bugiye kuzimba cane kubera iyo ngingo. Avuga ko ari abantu bake cane bazoshobora kuriha ivyo biciro.

XS
SM
MD
LG