Uko wahagera

Itegeko Rishaha Rigenga Imigambwe mu Burundi


Itegeko Rishaha Rigenga Imigambwe mu Burundi
Itegeko Rishaha Rigenga Imigambwe mu Burundi

Mu gihe hemejwe ejo ku musi wa mbere itegeko rishasha rigenga imigambwe mu Burundi, twaraganiye na Alexis Sinduhije ayoboye umugambwe utavuga rumwe na Leta y’Uburundi, MSD ku kugene yaryakiye.

Alexis Sinduhije yavuze ko iryo tegeko ataco ribabwiye kubera batemera Leta y’i Bujumbura. Amenyesha ko imigambwe izobandanya ikora nkuko yahora ikora.

XS
SM
MD
LG