Uko wahagera

Itegeko Rishasha Rigenga Imigambwe mu Burundi


Mu kiganiro Crossfire, uno musi Marie-Claire Maniragaba yaganiriye na Honorable Aime Nkurunziza umukuru w’ umugwi wamaho mu nama nshingamateka ujejwe kwiga ibibazo vya politike, imigenderanire yo hanze y’ igihugu hamwe n’ ivyerekeye ishirahamwe ry’ ibihugu vyo mu karere k’ ubuseruko bwa Afrika.

Mur’ iki kiganiro Marie-Claire yatumiye na nyakwubahwa Sylvestre Ntibantunganya yigeze kuba umukuru w’ igihugu c’ Uburundi. Baganiriye ku bijanye n’ itegeko rishasha inama nshingamateka y’ Uburundi iheruka gufata, itegeko rigenga imigambwe.

XS
SM
MD
LG