Uko wahagera

Igitabo Gishasha Gitanga Insiguro y’Amajambo mu Kirundi n’Icongereza Giherutse Gusohoka


Kazinduzi y'Ikirundi-Icongereza n'Icongereza-Ikirundi
Kazinduzi y'Ikirundi-Icongereza n'Icongereza-Ikirundi

Paul Niyungeko na Hilaire Ntiganzwa Nibo Banditse ico gitabo

Hari igitabo giheruka kwandikwa n’abarundi babiri, Paul Niyungeko na Hilaire Ntiganzwa. Nibo Banditse ico gitabo gitanga insiguro y’amajambo y’Ikirundi mu Congereza n’amajambo y’Icongereza mu Kirundi.

Umugambi wabo n’ugufasha Abarundi kumenya kurushiriza Icongereza n’ugufasha abanyamahanga bavuga icongereza baba mu Burundi.

XS
SM
MD
LG