Uko wahagera

Hari Ukutumvikana kw’Ishingwa ry’Umugwi Ujejwe Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi

Ejo mu Burundi amaradiyo cumi yaragiye hamwe akora inkuru imwe yerekeye ikibazo kijanye n’ishigwa mu ngiro rya wa mugwi uzotohoza ukuri ukongera ukanywanisha abarundi na sentare mpanavyaha mpuzamakungu.

Umumenyeshamakuru Eric Manirakiza yabikwirikiranye avuga ko iyo nkuru bayikoze kubera hari ukutabona kumwe ukugene itegugwa ry’ishigwa mu ngiro ry’uwo mugwi ririko riragenda.

Ukwo kutabona ibintu kumwe guhagaze hagati y’umugwambwe CNDD-FDD utwara na Leta urongoye n’iyindi migambwe n’amashirahamwe adaharanira ubutegetsi, eka n’abandi benshimbere harimwo n’abahoze ari abakuru b’igihugu batatu.

XS
SM
MD
LG