Uko wahagera

Ingaruka y’Ibiciro vy’Ibintu ngenderwako Bitera Biduga Bamwe n’Amatagisi y’Umurengera ku Banyagihugu.

Ngw’Ibiciro biraduga mu gihe umwimbu wagabanutse mu gihe abantu abatagira akazi.

Ibiciro vy’ibintu ngenderwako bitera biduga, hamwe n’amatagisi y’umurengera, bifise ingaruka zikomeye ku banyagihugu barembejwe n’ubukene mu Burundi.

Mu kiganiro, Gratien Rukindikiza yanonosoye ivyerekeye ubutunzi yahaye Ijwi rya Amerika, abona ko ibiriko biba I Burundi bisa n’ibintu umenga abize ubutunzi bataba barateguye kubera baguma basaba abanyagihugu bakenye amatagisi menshi. Ngw’Ibiciro biraduga mu gihe umwimbu wagabanutse mu gihe abantu abatagira akazi. Ngo n’ikibazo gikomeye cane.

XS
SM
MD
LG