Aba Clients biwe baruhiye guhindura inyifato, barubahiriza umwanya.
N'zihe ntambwe zoba zarashitsweko n'ivyoba bikigoranye?
Reta iguma irondera amatagisi n’amakori ku banyagihugu batobato
Mu mezi asigaye ngo izo nkino zitangure, Diane arabadanya kugira amahiganwa y’ukuzitegurira.
Ibiganiro hagati y’ayo mashirahamwe na Reta ntivyashoboye kugira aho bishitse.
Iyo ngingo yafashwe mu gihe ibiciro vy’ibintu nkenerwa vyaduze.
Iryo shirahamwe rizofasha guha ingurane abantu bato bato
Yamara Reta ifise uruhara rukomeye mu kuborohereza muri ico gikogwa.
N'ikibazo Kigeramiye kurushiriza ibihugu bikenye
Barahura n’ibibazo vyinshi bataba bari biteguriye.
Uburyo bwarashizwe mu mashule kugira bitume abanyeshule bashobore kwiga bari imuhira iwabo
Zenon Nicayenzi amenyesha kw’ata gihugu gishobora gutera imbere cifadikije indimi z’abahora bategeka Afrika.
Ijwi rya Amerika ryarabajije abakwirikirana ico kibazo.
Ico kibazo kirabandanya kuvugwa cane mu Burundi.
Ivyo bibonwa kw’ari ibintu bishobora gufasha prezida Barack Obama
Ibintu bigiye guhinduka ku bihugu vyahora bironka infashanyo kubera bisa nuko itazosubira kuboneka nkuko vyahora
Voma ibindi