Uko wahagera

Ubuzima Butera Buzimba Kurushiriza mu Burundi


Amashirahamwe y’Abakozi n’Abanyagihugu mu Burundi Aragabisha Guhagarika Akazi n’Ukugira Umyiyerekano

Amashirahamwe y’Abakozi n’Abanyagihugu mu Burundi Aragabisha Guhagarika Akazi n’Ukugira Umyiyerekano Kubera Ubuzima Butera Buzimba Kurushiriza

Ibiganiro hagati y’ayo mashirahamwe na Reta ntivyashoboye kugira aho bishitse.

Eulalie Nibizi, icegera c’umukuru w’ishirahamwe mpuzamasendika mu Burundi na Noel Nkurunziza, ayoboye ishirahamwe ry’abaguzi mu Burundi, ABUCO barahaye ikiganiro Ijwi rya Amerika kuri ico kibazo.

Tubatege amatwi:

XS
SM
MD
LG