Uko wahagera

Iduzwa kandi ry’Ibiciro vy’Amazi n’Umuyagankuba mu Burundi


Umukuru w’ishirahamwe ry’abaguzi mu Burundi yatangaje ko batakiye neza iyo ngingo ya Reta.

Ibiciro vy’amazi n’amatara biherutse gusubira kuduga mu Burundi.

Mu kiganiro umukuru w’ishirahamwe ry’abaguzi mu Burundi, ABUCO, Noel Nkurunziza, yahaye Ijwi rya Amerika, yatangaje ko batakiye neza iyo ngingo ya Reta.

Ishirahamwe ABUCO ayoboye n’ayandi mashirahamwe y’abakozi n’amashirahamwe aserukira abanyagihugu barandikiye ikete Reta kugira isubire kuri iyo ngingo.

Basaba kandi ibiganiro kuri ico kibazo.

Iyo ngingo yafashwe mu gihe ibiciro vy’ibintu nkenerwa vyaduze.

Ku bindi dutege amatwi Noel Nkurunziza:

XS
SM
MD
LG