Uko wahagera

Imyiteguro y’umu Athlete w’Umurundikazi, Diane Nukuri ku Vyerekeye Inkino Mpuzamakungu z’I Londres

Amahiganwa aheutse kugiramwo uruhara n’ihiganwa ry’igice ca Marathon ryabereye mu gisagara ca New York n’ihiganwa ry’ukwiruka ibilometero umunani ryabaye ku musi w’Imana mu gisagara ca Chicago.

Mu gihe inkino mpuzamakungu z’I Londres zimirije kuba, umu Athlete w’Umurundikazi aba ngaha muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Diane Nukuri ariko arazitegurira.

Mu mezi asigaye ngo izo nkino zitangure, Diane arabadanya kugira amahiganwa y’ukuzitegurira.

Amahiganwa aheutse kugiramwo uruhara n’ihiganwa ry’igice ca Marathon ryabereye mu gisagara ca New York n’ihiganwa ry’ukwiruka ibilometero umunani ryabaye ku musi w’Imana mu gisagara ca Chicago.

Diane Nukuru yarahaye ikiganiro Ijwi rya Amerika aho yasiguye neza ukugene ariko yitegurira inkino mpuzamakungu z’i Londres n’ukugene yatanguye umwuga iwe w’ubunonotsi.

Tumutege amatwi:

XS
SM
MD
LG