Uko wahagera

Ibibazo n’Uburyo Abanyafrika Bashobora Kugira mu Bihugu Bagiye kugereramwo


Bararonka uburyo bw’ukwibeshaho neza batashobora kuronka mu bihugu baje bavamwo.

Mu gihe Abanyafrika batari bake bavuye mu bihugu vyabo bakaja kugerera mu mahanga cane cane mu bihugu vy’I Bulaya na Amerika, ibintu kenshi ntibiba nkuko baba bari bavyiteze.

Barahura n’ibibazo vyinshi bataba bari biteguriye.

Yamara bararonka n’uburyo bw’ukwibeshaho neza batashobora kuronka mu bihugu baje bavamwo.

Mu kiganiro, “Crossfire” c’uguhanahana ivyiyumviro ku bibazo bitandukanye, Ijwi rya Amerika ryarabajije umurundi yitwa, Nicholas Nibikora n’umunyarwanda, Jackson Muganura, bose baba ngaha muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika ku vyerekeye ibibazo n’uburyo Abanyafrika bagiye kugerera mu mahanga bagira, na caane cane abagiye kugerera mu bihugu vy’I Bulaya na Amerika. Tubatege amatwi:

XS
SM
MD
LG