Uko wahagera

Ingaruka Ukuva ku Butegetsi kwa Kadhafi Bishobora Kugira Kuri Afrika

Ingaruka Ukuva ku Butegetsi kwa Kadhafi Bishobora Kugira Kuri Afrika
Ingaruka Ukuva ku Butegetsi kwa Kadhafi Bishobora Kugira Kuri Afrika

Amakuru abandanya kuvugwa ku vyerekeye igihugu ca Libya atanga ibimenyetso ko intwaro ya Kadhafi igiye gusenyuka.

Amakuru abandanya kuvugwa ku vyerekeye igihugu ca Libya atanga ibimenyetso ko intwaro ya Kadhafi igiye gusenyuka.

Mu kiganiro yahaye Ijwi rya Amerika, Zenon Nicayenzi, umuhinga mpanuzwajambo ku bibazo vyerekeye ubutunzi n’iterambere yavuze ko ivyo bishobora kugira ingaruka nyinshi ku bijanye n’ibihugu vyo muri Afrika vyo musi y’ubugaragwa bwa Sahara vyahora bironka infashanyo y’amafranga itanzwe n’igihugu ca Libya.

Umushingantahe Nicayenzi avuga ko ibintu bigiye guhinduka ku bihugu vyahora bironka infashanyo kubera bisa nuko itazosubira kuboneka nkuko vyahora. Yaboneyeho n’akaryo k’ukuvuga ko abanyafrika bakwiriye kwikebuka bagakorera inyungu z’abanyagihugu babo n’ubutunzi bw’ibihugu vyabo ngo n'ayahandi ivyashikiye Kdhafi bishobora kubashikira nabo nyene umusi uri izina.

XS
SM
MD
LG