Uko wahagera

Abanywanyi b'Umugambwe CNL wa Rwasa Bakomeje Gufungwa


Agathon Rwasa, umukuru w'umugambwe CNL
Agathon Rwasa, umukuru w'umugambwe CNL

Bamwe mu bakora amatohoza ku kibazo c'agateke ka zina muntu ku Burundi basigura ko iki cuka ata cizere gitanga kw'itunganywa ry'amatora meza.

Abanywanyi b'umugambwe CNL utavuga rumwe n'ubutegetsi mu Burundi bababa 90 ni bo bamaze guhagarikwa mu ntara icenda kuva uku kwezi gutanguye.

40 muri bo bahagaritswe inyuma y'iyicwa ry'abanywanyi babiri b'umugambwe CNDD-FDD uri ku butegetsi mu ntara za Kayanza na Ngozi mu buraruko bw'Uburundi.

Hari abagirizwa gutunga ibigwanisho no gushaka guhungabanya umutekano w'igihugu mu gihe benshi bataramenyeshwa icatumye batabwa muri yompi.

Bamwe mu bakora amatohoza ku kibazo c'agateka ka zina muntu ku Burundi basigura ko iki cuka ata cizere gitanga kw'itunganywa ry'amatora meza.

Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza.

Abanywanyi b'Umugambwe CNL wa Rwasa Bakomeje Gufungwa
please wait

No media source currently available

0:00 0:06:13 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG