Radio
Iwanyu mu ntara
Igisasu cya kabiri cyaturikiye i Kampala muri Uganda mu gihe cy'amasaha 48 haturitse ikindi byombi bihitana abantu bikomeretsa abandi Mu Rwanda hatangiye inama ihuza abahagarariye umuryango w'Afurika yunze Ubumwe n'uw'Ubumwe bw'Ubulayi Ku mupaka wa Gasenyi-Nemba hagati y’u Rwanda n’Uburudi, abayobozi b’intara y'Uburasirazuba n’iy’Amajyepfo ku ruhande rw’u Rwanda n’intara za Kirundo na Muyinga ku ruhande rw’Uburundi ejo bagiranye inama ku mibanire y'ibihugu byombi
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba kw'Ijwi ry'Amerika: Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryifuza kwongereza ibitigiri vy'abasirikare b'Abarundi bari mu bikorwa vyo kugarukana amahoro n'umutekano muri Republika ya Centrafrika. U Rwanda na Senegali vyasinye amasezerano yo kuzokubakwamo amahinguriro akora incanco z’ukwirinda ikiza ca Covid-19. Reta ya Tanzaniya yatangaje ko ata bwene gihugu izotanga ku mpunzi z’Abarundi zahungiye mw’ikambi za Nduta, Nyarugusu na Mtendeli.