Radio
Amakuru mu Gitondo
Ingingo nkuru zigize amakuru yo mu gatondo k'uno munsi: Umuntu umwe yarahitanywe na Bombe yakomerekeje 7 muri Uganda ku wa gatandatu Muri Kongo, abanyamulenge 58 bari banyurujwe n'abarwanyi ba Mai Mai barekuwe. Mu gisata ca sport, umurwi New Star wo mu Burundi ku wa kabiri uzoja mu gihugu ca Tanzaniya mu nkino z'akarere ka gatanu
Iwanyu mu ntara
Muri Uganda abashyigikiye leta ya Kisilamu bamaze kwigamba igisasu cyaturikiye mu murwa mukuru Kampala mu mpera z’icyumweru dushoje kigahitana umuntu umwe kigakomeretsa abandi barindwi. Umutwe w'Aba Mai Mai mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya kongo waraye urekuye abaturage wari wari wafashe bunyago Muri Sudani umukuru w'inama nkuru y'ubuyobozi bw'igihugu Jenerali Abdulfattah Al Burhan amaze gutangaza ibihe bidasanzwe no gusesa leta n'inama nkuru y'ubutegetsi muri icyo gihugu.
Amakuru Agezweho mu Karere
Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Abatwara intara y’iburasirazuba n’iy’Amajyepfo ku ruhande rw’u Rwanda n’abatwara intara za Kirundo na Muyinga ku ruhande rw’Uburundi uno musi bahuriye ku mupaka wa Gasenyi-Nemba ugabura u Rwanda n’Uburudi. Muri Sudani, ubutegetsi bwatembagajwe, umushikiranganji wa mbere w’infata kibanza atabwa muri yompi.
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye ni gitutu gikomeje gushyirwa kuri leta y’Ububiligi ngo igire icyo ikora nyuma y’aho Paul Rusesabagina akatiwe gufungwa imyaka 25. Abanyapolitiki barimo na bamwe mu badepite b’ababiligi barasaba ko igihugu cyabo gihagarika inkunga cyatangaga mu iterambere ry’u Rwanda nk’uburyo bwo kuruha gasopo. Mu Burundi, Francine Niyonsaba uzwi mu mikino yo kwiruka ku maguru yatahukanye igikombe cy'umukinnyi wa mbere wirutse metero 2000 mu gihe gito ku isi