Radio
Amakuru y'Akarere
Kuri uno wa Gatanu: Umugambwe Sahwanya Frodebu uhamagarira Reta kwemeza ko ubwicanyi bwabaye mu mwaka w’1972 ari ihonyabwoko ryakorewe Abahutu muri ico gihugu. Ni irya mbere uwo mugambwe ushikiriza aho uhagaze kuri ico kibazo U Rwanda rwifatanije n’isi mu guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi wo hagati mu gihugu. Uyu munsi ubaye mu Rwanda, bamwe mu bakenyezi bo hagati mu gihugu bakora imirimo mito mito irimwo uburimyi ubucuruzi bagaragaje ko basubijwe inyuma n’ikiza ca COVID-19.
Amakuru ku Mugoroba
Muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, abaturage b’Abanyamulenge ibihumbi n'ibihumbi barimo barahungira mu mujyi wa Baraka, mu ntara ya Kivu y'Epfo. Barabiterwa n'ibitero by’abarwanyi ba Mai Mai Guverineri w'intara yUburengerazuba mu Rwanda Habitegeko Francois na Buramatari w'intara ya Cibitoke Careme Bizoza bagiranye ibiganiro ku mupaka wa Ruhwa uhuza ibihugu byombi. PAM, ishami rya ONU rishinzwe ibiribwa, yafashe icyemezo cyo kugabanya kugera kuri 40% imfashanyo igenera impunzi ziri mu burengerazuba bwa Uganda nka Kyaka I, Rwamwanja, Kyaka II, Nakivale, na Rucyinga.