Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba kw'Ijwi ry'Amerika: Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryifuza kwongereza ibitigiri vy'abasirikare b'Abarundi bari mu bikorwa vyo kugarukana amahoro n'umutekano muri Republika ya Centrafrika. U Rwanda na Senegali vyasinye amasezerano yo kuzokubakwamo amahinguriro akora incanco z’ukwirinda ikiza ca Covid-19. Reta ya Tanzaniya yatangaje ko ata bwene gihugu izotanga ku mpunzi z’Abarundi zahungiye mw’ikambi za Nduta, Nyarugusu na Mtendeli.
Ibyiciro
-
31-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
28-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
27-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
26-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
25-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
24-03-2025Amakuru ku Mugoroba