Ubushinwa bwarihutiye kwiyamiriza ivyo vyagirizo, ivyagirizo vya mbere Reta ya Amerika igize ku gihugu co hanze, ku vyaha bikoresha ubunga bwa ordinateri, ku masosiyete agira imirimo y’ubudandaji yo muri Amerika.
Amwe mu makuru amenyesha ko abantu batatu barokotse, yamara nta birenga aho vyashikirijwe
Abashaka kwiyonkora, ku gihugu ca Ukraine, bashigikiye Uburusiya, mu bice vyo mu buseruko bwa Ukraine, bashobora guhungabanya amatora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe, mu ndwi iza.
Ivyo prezida w'Ubufransa, Francois Hollande yabitangaje, mu kiganiro yahaye abamenyeshamkuru i Paris, inyuma y’inama yagiranye na prezida w’igihugu ca Nigeria, n’abategetsi b’ibihugu bihana imbibe na Nigeria.
Inteko za Reta zishigikiye General, Halifa Hafter, yapasuye mu gisiirikare zarwanye n’umurwi w’aba Islamu, Ansar al Shariah, n’abandi barwanyi b’aba Islamu, mu gisagara ca Benghazi.
Ivyatohojwe n’ishirahamwe O-N-U, vyavyuye impungenge zikomeye, ku mirwi iri ku rushi itotezwa, mu ntara ya Crimee
Igipolisi catangaje kw’amombe abiri yaturikijwe ejo ku musi wa gatanu mu kibanza c’isoko hafayi c’igice kiri hagati mu gisagara ca Nairobi.
Prezida Obama, yatangaje ko niyo Uburusiya bwabandanya guhungabanya ubuseruko bw’igihugu ca Ukraine, ngo Amerika n’ishirahamwe ry’ibihugu vy’i Bulaya, bizokwihutira gufata izindi ngingo
Umushikiranganji ajejwe imigenderanire wa Amerika, John Kerry, yatangaje kw’ibiganiro bitegekanijwe hagati ya prezida Kiir na Machar, bishobora kuba mu ndwi iza, ku murwa mukuru w’igihugu ca Ethiopia, Addis Abeba
John Kerry ari muri Ethiopia, yatangaje ko hari ibimenyetso kw’ibihugu bitari bike bishobora kuja mu nzira y’ubwicanyi.
Umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Iraki, Nouri al-Maliki yatangaje kw’igitigiri kinini c’abitavye amatora ari inyishu ikomeye kw’iterabwoba n’abo bose bashaka kuhungabanya amatora.
Prezida w’infatakibanza w’igihugu ca Ukraine, Oleksandr Turchynov, yateye igikumu kuri iryo tegeko ku musi wa kane mu mugambi w’ugukomeza ubushobozi bw’ukwivuna umwansi bw’igihugu.
Umushikiranganji wa mbere wa Ukraine, Arseniy Yatsenyuk, yagabishije, ku wa gatanu, kw’ingingo z’igihugu c’Uburusiya, zishobora gutuma haba ingwano, mu karere k’i Bulaya.
Ubuyapani nico gihugu ca mbere ahagazemwo mu rugendo rwiwe rw’imisi umunani, mu karere ka Asia, urugendo ruzomujana mu bihugu vya South Korea, Malaysia, na Philippines.
Keflezighi. afise imyaka mirongo itatu n’itandatu muri iki gihe, yarangije ihiganwa rya marathon rya Boston. mu masaha abiri, iminuta umunani n’amasegunda mirongo itatu n’indwi
Abategetsi bamenyesha kw’abasivile bavuye mu vyabo, ibihumbi bitanu, bari muri ico kibanza c’ishirahamwe O-N-U, igihe ico gitero caba,
Ayo masezerano airimwo, kwaka ibirwanisho abarwanyi bashigikiye Uburusiya, bafashe inyubakwa, mu buseruko bw’igihugu ca Ukraine, izo nyubakwa zigasubizwa banyenezo.
Umuvugizi w'ishirahamwe O-N-U, Stephane Dujarric avuga ko bashikirije Reta y’Uburundi ivyagirizo baronse muri raporo, ku bijanye n’uguha ibirwanisho imirwi y’imikangara
Abajejwe gukingira imbibe zo mu mazi, batangaza kw’abantu batandatu bemejwe ko bapfuye, mu gitondoco ku musi ku wa kane
Umuhanuzi wa prezida Jonathan, yatangaje kw’azokwihweza ingingo zerekeye umutekano, n’ibikorwa vya gisirikare, kugira ategekanye uburyo bwiza bw’ugukwirikiza.
Voma ibindi