Iryo shule ryigisha urwaruka ubuhinga bwo gukina umupira w’amaguru ryatangujwe n’umushingantahe Pierre Claver Rurakamvye.
Umugambi wo kuvugisha ukuri, kwuzuriza abarundi no kubafasha kurekuriranira urabanya.
Abarongozi b’ishule ryigisha icongereza abategetsi hamwe n’abandi bantu bose bashaka kunonosora urwo rurimi, rirabandanya igikora caryo ntangere.
Musenyeri wa Bururi Venant Bacinoni, Musenyeri Ndoricimpa Helmenegilde hamwe na Patiri Emmanuel Ndayegamiye, baragendeye intara zo muri Amerika.
Amashirahamwe ya Societe civile mu gihugu ca Congo, aratera akamo gasabira ibihano abategetsi bamwe bamwe b’Urwanda.
Mbega igikorwa co gutegura hamwe no gukoresha amatora, kigenda gute.
Uruhara abanyagihugu bagira mu kwitorera abategetsi babarongora, ruri mu bintu bitsimbataza demokrasi muri Amerika.
Mu Burundi, inama nshingamateka, yaratoye itegeko rishinga urwego rw’imigambwe itavuga rumwe na reta.
Imigambi mishasha yo kugwanya ibiturire yama yatangajwe n'Ubutegetsi bushasha, ntibuza ko kurya ibiturire vyiyongera.
Vice president w’Uburundi, Terrence Sinunguruza, yarafashe ijambo imbere, aho yashirije ibintu reta y’Uburundi imaze kurangura kuva habaye amatora ya mbere mu mwaka w’2005.
Kuva aho habereye coup coup d’etat mu gihugu ca Mali, ibibazo vy’umutekano hamwe n’ibibazo vya politike, birabandanya kwiyongera.
Umugambwe Uprona warasozereye ikoraniro rikuru ry’umugambwe ku musi wa mungu, hatowe umushingamateka Charles Nditije mu kibanza c’umukuru w’umugambwe.
Mu banyamerika bose ejo ku musi wa gatatu, kari akanyamuneza ntangere, bariko bahimbaza intahe yo kwikukira, baronse mu mwaka w’1776.
Ibirori bitari bike birimwo defile y’abakozi ba reta; banyagihugu; abapolisi hamwe n’abasirikare irategekanijwe uyu musi ku mbere itariki 2 z’ukwezi kw’indwi.
Kw’igenekerezo rya mbere ry’ukwezi kw’indwi, Uburundi buzoba bukwije imyaka 50 y’intahe yo kwikura.
Voma ibindi