Uko wahagera

Itegeko Rigenga Imigambwe Itavuga Rumwe na Reta


Aho iyo nkuru itangarijwe, imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi ihurikiye mu runani ADC Ikibiri, yaciye yiyamiriza iryo tegeko, ikaba ivuga kw’ar’uburyo bwo kuzimanganya imigambwe yo mur’urwo runani.

Umuvugizi w’urwo runani, Chauvineau Mugwengezo, yabwiye iradiyo Ijwi rya Amerika kw’iryo teko riteye kubiri n’inzira ya demokrasi, akaba avuga ko bamwe mu bakuru b’imigambwe, reta ivuga kw’itavuga rumwe n’ubutegetsi, ngo bakorera mu kwaya kwa reta y’Uburundi kandi basanzwe bari muri reta, aho bafise ibiti bikomeye kandi batigera bahinyuza reta n’umusi n’umwe, ngo mu makosa yirirwa irakora:

Dutege amatwi umushingantahe Mugwengezo, atangura avuga ukuntu urunani ADC Ikibiri rwakiriye iryo tegeko:
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:30 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG