Uko wahagera

Uburundi Burahimbaza Imyaka 50 irangiye Buronse Intahe yo Kwikukira


Ibirori bitari bike birimwo defile y’abakozi ba reta; banyagihugu; abapolisi hamwe n’abasirikare irategekanijwe uyu musi ku mbere itariki 2 z’ukwezi kw’indwi.

Melchior Simbaruhije, umuhanuzi mukuru mu biro kwa vice president wa kabiri, akaba kandi ari mu bategetsi bajejwe gutera ibirori vy’uyo musi mukuru ntangere, yarahaye ikiganiro Frederic Nkundikije, araheza aramubwira ibitegekanijwe hamwe n’abashitsi bahire bagiye kwifatanya n’abarundi kur’uyo musi mukuru:

Mushobora kwumviriza:

XS
SM
MD
LG