Uko wahagera

Amatora Yo Muri Amerika, Akarorero Ka Demokrasi


US Election as Seen by Burundians
US Election as Seen by Burundians

Uruhara abanyagihugu bagira mu kwitorera abategetsi babarongora, ruri mu bintu bitsimbataza demokrasi muri Amerika.

Abakurikirana amatora yo muri reta zunze ubumwe za amerika, bavuga kw’ukuntu abatgetsi batorwa mu nzego zitandukanye, hamwe n’uruhara abanyagihugu bagira mur’izo nzego zose mu kwitorera abategetsi babaserukira, vyerekana urugero rwa demokrasi, ico gihugu kimaze gushikako.

Vyongeye, inzira umutegetsi ateba agatorwa mu kibanza co guserukira umugambwe mu matora y’umukuru w’igihugu acamwo, n’inzira idakumira abandi banyapolitike baba bibaza ko bafise ibintu vyose bikwiye vyotuma, bitoza kandi bahiganwa mu kibanza c’umukuru w’igihugu.

Kimwe mu bintu bitandukanya abanyapoltikebashaka kwitoza, n’impari, zitunganywa kuva mu matora yo mu ntango gushika mu matora y’umukuru w’igihugu., aho baronka akaryo ko gusigura imigambi yabo ya politike.

Mbega hari ikintu canke ibintu abanyagihugu bo mu bindi bihugu, bashobora gukura mu kuntu amatora atunganywa muri reta zunze ubumwe za amerika?

Hilaire Ntiganzwa, akwirikiranira hafi itungwanywa ry’amatora muri Reta zunze ubumwe za amerika, arishura ibibazo vyashikirijwe na Innocent Muhozi, Eric Manirakiza hamwe na Chauvineau Mugwengezo, mu kiganiro Dusangire Ijambo, cari gihagarariwe na Frederic Nkundikije.
please wait

No media source currently available

0:00 0:22:14 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG