Uko wahagera

Uburundi Buriko Buritegurira Guhimbaza Imyaka 50 Irangiye Buronse Intahe Yo Kwikukira.


Kw’igenekerezo rya mbere ry’ukwezi kw’indwi, Uburundi buzoba bukwije imyaka 50 y’intahe yo kwikura.

Abarundi aho bari hose, bariko baritegurira guhimbaza uyo musi nta ngere. Abarundi baba mu mahanga nabo nyene, ntibazotangwa: Muri reta zunze ubumwe za amerika, abarundi bazohimbaza uyo musi mukuru kur’uyu wa gatandatu, nk’uko Madame Angele Niyuhire, ambassaderi aserukira Uburundi I Washington yabibwiye Frederic Nkundikikije mur’iki kiganiro:

Mushobora kwumviriza.

XS
SM
MD
LG