Uko wahagera

Mbega Inama Abarundi Baherutsemwo Mu Kibanza Citwa Caux, Yoba Yar’Intango y’Ibiganiro canke, yar’IKiyago Gisanzwe?


Abarundi bahurikiye mu migambwe itandukanye, baherutse guhurira mu kibanza citwa Caux, kiri muri canton ya Vaud, hafi y’igisagara ca Montreux mu gihugu c’Ubusuisse, aho baganiriye ku bibazo bitari bike bijanye n’intwaro nziza; itegurwa ry’amatora yo mu mwaka w’2015; ikibazo c’abanyapoltike bahunze igihugu; n’imbohe za politike hamwe n’ibindi bibazo bitari bike.

Frederic Nkundikije, yaravuganye n’abategetsi babiri mu bategetsi bari batumiwe mur’ivyo biyago vyakoranije abo barundi, aribo, Senateur Kekenwa Jeremie, ahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD uri ku butegetsi, hamwe na Chauvineau Mugwenzo, umuvugizi w’urunani ADC Ikibiri:

Mushobora kwumviriza:

XS
SM
MD
LG