Reta y’Uburundi iherutse gusaba igihugu c’Ubuswisse kurungika ikiziga c’umwami w’UBurundi yashinguwe mur’ico gihugu.
Mu Burundi haraheze igihe hashinzwe umurwi ujejwe gutatura amatati y’abarundi, ahagaze ku matongo hamwe n’ayandi matungo:
Ku musi wa kane, akagwi k’abasirikare, karatangaje ko katembagaje reta kandi ko kafashe ingingo yo guhagarika ibwirizwa shingiro, kandi kasambuye reta.
Ihagarikwa ry’akazi ryatumweko n’amashirahamwe y’abakozi, rizoba ku musi wa kabiri.
Kuva aho habereye amatora mu gihugu ca Republika ya Congo iharanira demokrasi, abanyagihihugu bo mu bisagara vya Massisi na
Ntiyashoboye Kwishura Ibibazo Vyerekeye Umunyapolitike Azoserukira Uyo Mugambwe Mu Matora Ategekanijwe mu Kwezi kwa 11.
Voma ibindi