Uko wahagera

Vice President wa Kabiri W’Uburundi Aravuga Ku Bibazo Vyerekeye Uburundi, Birimwo Ibiturire; Ubutungane, Hamwe n’Ibiciro vy’Ibidandazwa Biguma Biduga


Igihe yari mu rugendo I Washington DC, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Vice President wa Kabiri w’Uburundi, Gervais Rufyiri, yarahaye ikiganiro Frederic Nkundikije ku bibazo nkoramutima bihanze Uburundi. Batanguye bavuga kur’urwo rugendo hamwe n’icaruvuyemwo, bongera baravuga kandi ku bintu nyamukuru vyasabwe n’amashirahamwe ya Societe civile.

Vice President wa kabiri w’Uburundi, Gervais Rufyikiri, yaravuze kandi ku bibazo nkoramutima, vyugarije Uburundi, biirimwo ibiturire, ubutungane hamwe n’ikibazo c’amoko gisa n’ikiriko kiravugwa mur’iyi misi. Yaravuze kandi ku kuntu Uburundi n’abarundi biteguriye guhimbaza imyaka 50 irangiye, Uburundi buronse intahe yo kwikukira:

Mushobora kwumviriza iki kiganiro:

XS
SM
MD
LG