Radio
Iwanyu mu ntara
U Rwanda ruvuga ko rutazakomeza kuba urwitwazo rw’ibibazo byo muri Kongo, aho imirwano ikomeje hagati y’ingabo za leta n’iz'umutwe wa M23, cyane ahitwa i Ntamugenga- Uburayi buvuga ko bwakuyeho ibihano wari warafatiye abayobozi b’Uburundi. Ubwongereza bufite minisitiri w’intebe mushya: Richi Sunak.

Amakuru y'Akarere
Uburundi bwatangaje icese ko bwuguruye ku mugaragaro imipaka ico gihugu gisangiye n’u Rwanda. Ibiganiro hagati ya Etiyopiya n'inteko zo mu ntara ya Tigreya vyatanguye muri Afrika y'epfo.Iyo nkuru yatangajwe na Reta ya Afrika y'epfo.Umunyamakuru ukomoka muri Pakistani yarasiwe muri Kenya arapfa.
Amakuru ku Mugoroba
Ubumwe bwa Bulaya bwatangaje ko bwahanaguye ibihano bwafatiye umushikiranganji wa mbere w'Uburundi Gervais Ndirakobuca.Kongo yongeye kwagiriza u Rwanda gufasha abarwanya ubutegetsi bo mu murwi M23 mu ngwano ibera mu gice ca Rutshuru.Uburundi bwatangaje icese ko bwuguruye imbibe n'u Rwanda