Radio
Iwanyu mu ntara
Muri Kongo, Dr. Denis Mukwege yatangaje ko aziyamamariza umwanya w’umukuru w’igihugu. Donald Trump wahoze ari prezida w'Amerika yavuze ko ibyaha ubushijacyaha bumukurikiranyeho ku mutungo we i New York ari ibihimbano. Mu Rwanda Prof. Harerimana yagarutse mu rukiko kuburana ifungwa n'irekurwa.
Amakuru y'Akarere
Ubuserukizi bw’Uburundi mu gihugu c’Ubuganda bwahagaritse ingoma z’Uburundi muri ico gihugu. Aberwa n'iyo ngingo bayitera ivyatsi. Abahuza bo mu karere ko muri Afrika yo mu burengero bagiye uno musi ku wa mbere mu gihugu ca Burkina Faso inyuma ya kudeta igira kabiri muri ico gihugu muri uyu mwaka.
Amakuru ku Mugoroba
Ishyirahamwe rihanira uburenganzira bwa muntu mu Burundi Ligue Iteka ryemeza ko abakozi b’inzego z’umutekano z’igihugu bishe abantu barenga 140 mu kiringo c'imyaka 2. TPLF yatangaje ko igiye gukura ingabo zayo mu duce tumwe tumwe tw’intara ya Amhara. Somaliya Yishe Umwe mu Bategetsi ba Al-Shabab.