Radio
13:00 - 13:30
Iwanyu mu ntara
DRC: Abanyagihugu bo mu gisagara ca Goma bitavye akamo ka sosiyete sivile yabasavye kutaja ku mirimo, mu ntumbero yo gushigikira ingabo za Reta no kwiyamiriza M23. U Rwanda rubabajwe n’icyemezo cya Repubulika ya demokarasi ya Congo cyo guha ambasaderi warwo muri icyo gihugu amasaha 48 yo kuhava.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Umwuka ubandanya kuba mubi hagati y'u Rwanda na Kongo: Vincent Karega yahora aserukira u Rwanda muri Kongo yavuye muri ico gihugu, inyuma yo guhabwa amasaha 48 yo gukinjura. Kongo nayo yahamagaje ambasaderi wayo mu Rwanda. Prezida wa Somaliya atabariza abakomerekeye mu gitero cahitanye 100.