Radio
13:00 - 13:30
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Abarimyi benshi mu Burundi ntibiteze umwimbu kubera kubura imvura.Mu Rwanda, Beatrice Munyenyezi yiyamirije inteko y’abacamanza abagiriza guhengamira ku ruhande rw’ubushikirizamanza.Reta ya Etiyopiya yavuze ko ingabo z’igihugu zafashe ibisagara bitatu mu ntara ya Tigreya mu buraruko bw’igihugu
19:30 - 20:00
Amakuru ku Mugoroba
Muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo. Umutwe wa 23 uravuga witeguye guhangana n’Ingabo za Leta ziramutse zitewe.Umunya Iranikazi ukina imikino ngororamubili yabonetse.Mu Burundi, amafranga arenga imiliyaridi 75 y’amarundi ni yo akenewe kugira rusansuma y’abanyagihugu iriko irategurwa ikorwe neza