Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Ikiganiro Murisanga cya none kiragaruka ku ngingo yo gutanga amaserivisi ajanye no kuringaniza imvyaro canke kwirinda gusama inda ku bakiri bato n'abatarubaka ingo zabo. Twabatumiriye amashirahamwe yigenga ajejwe ineza y’abigeme mu Burundi hamwe n’ayajejwe amagara y’abantu mu Rwanda.

XS
SM
MD
LG