Radio
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Abasirikare batatu bo mu nteko za ONU muri Centrafrika barishwe n'igisasu co mw'ibarabara. Reta zunze ubumwe za Amerika iragabisha abafashe ubutegetsi muri Burkina Faso kudahirahira ngo bakorana n'abacangero b'Uburusiya, bo mu murwi Wagner. Prezida Zelensky Yasinye ko atazoganira na Prezida Putine
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Urubanza rwa Kabuga rwatangiye i La Haye mu Buholandi. Uburundi butangaza ko bwohereje itsinda rya Kabiri ry'abasirikare muri Kongo. Muri Burkina Faso, Ibrahim Traore, uherutse gufata ubutegetsi ku ngufu yatangaje ko azakurikiza amasezerano yemeranyijwe hagati y’uwo yasimbuye n’umuryango wa CEDEAO
19:30 - 19:59