Oscar Pistorious, umunyaAfrika y’Epfo yabaye kirangiranwa mu kwiruka, azociriwa urubanza mu kwezi kwa gatatu, ku birego yagirizwa.
Ayo matora y’umukuru w’igihugu hamwe n’abashingamateka, yaranzwe n’imirongo miremire y’abanyagihugu bitavye ayo matora.
Umushikirizamanza mukuru w’igihugu ca Misiri, yaratanze amategeko yo guhagarika abategetsi b’umuhari Muslim Brotherhood.
Igihugu ca Zimbabwe kiriko kirasaba ibihugu bibanyi ngo bifashe mu guterera amafaranga azokoreshwa mu matora, mur’iki gihe hasigaye indwi zitatu.
Ban Ki-moon, ariko aratera akamo abasirikare hamwe n’abagwanya ubutegetsi, kabasaba guhagarika ingwano mu kwezi kwa Ramadan
President w’mfatakibanza w’igihugu ca Misiri, yaraye atangaje kw’amatora y’abashingamateka azotunganywa mu ntango z’umwaka uza.
Abanyagihugu ibihumbi amajana n’amajana bararakoraniye mu kibanza Tahrir Square, ejo ku musi wa mungu ku mugoroba.
Abasirikare b’igihugu ca Mali baraye binjiye mu gisagara co mu buraruko, cahora mu minwe y’abarwanya ubutegetsi.
Abasirikare baratesheje abanyagihugu bashigikiye president Mohamed Morsi hamwe n’abanyagihugu bamwiyamiriza, bariko baratana mu mitwe.
Reta y’igihugu ca Afrika y’Epfo, yatangaje ko president Nelson Mandela yahoze atwara ico gihugu, akiri mu bitaro vyo gisagara ca Pretoria.
Presidence ya Amerika yatangaje ko president George W. Bush azobonana na president Baracl Obama.
Reta y’igihugu ca Turkiya yatangaje kw’ishobora gukoresha abasirikare mu gikorwa co gutuza imyiyerekano y’abantu biyamiriza reta.
AbanyaIrani uyu musi ku wa gatanu, bagiye mu matora yo guhitamwo president mushasha:
President wa reta zunze ubumwe za amerika, Barack Obama avuga kw’igihugu ca Israeli gifise uburenganzira bwo kwikingira ibigwanisho.
Abanyagihugu, baragiye mu matora ya mbere abaye inyuma y’aho abasirikare ba reta zunze ubumwe za amerika batahukiye mu mwaka w’2011.
Mu gihugu c’Ubushinois, igitigiri c’abantu bahitanywe na ca nyamugigima cabaye ejo ku musi wa gatandatu mu gisagara ca Sichuan, cariyongeye:
Ku musi wa gatanu niho,Dzhokhar Tsarnaev, yahagarikwa agaca atwarwa mu bitaro.
Umushikiranganji wa reta zunze ubumwe za amerika ajejwe ikigega, Jacob Lewavuga kw'ibihugu vy’ibulaya bikeneye gufata imigambi mishasha.
Secreteri wa department ya reta ya Amerika, John Kerry yararangije urugendo rwiwe rw’imisi itatu yagize mu gihugu ca Israeli no muri Palestine.
Iighugu ca Korea ya ruguru cateye akamo abanyamahanga kabasaba kuva mu gihugu ca Korea yo mu bumanuko.
Voma ibindi