Abanyagaza baragiye mu mabarabara inyuma yuko ayo masezerano atanguye kuja mu ngiro, kurasa mu kirere mu birori vy’uguhimbaza ayo masezerano kwarumvikanye.
Inyuma yuko ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika rifashe iyo ngingo ku musi wa kabiri, itegerezwa kwemezwa n’urwego rw’ishirahamwe O-N-U rujejwe kwubahiriza umutekano kw’isi.
David Petraeus yahoze ari umugenerali mu gisirikare ce Amerika yatangaje ko kuyobora ibiro bijejwe iperereza vya Amerika, CIA ryari iteka ntangere kuriwwe. Akaba yarashimiye abakozi b’ibiro CIA kuvyo yise ukwitanga gukomeye kwabo.
Umutegetsi muri Reta y’igihugu ca Guinee yabwiye itororkanirizo ry’amakuru ry’Abafransa, France Agence Presse kw’igandagurwa rya Aissatou Boiro ari igikorwa c’abandi bategetsi ba Reta barondeye kumunumya.
Intara ya Florida iri mu bumanuko bwa Amerika, niyo ntara yonyene yari ikiriko iraharura amajwi inyuma y’amatora ya prezida yo ku musi wa kabiri.
Mu gihe ico gihuhusi gishasha kidafise inguvu nk’iz’igihuhusi Sandy, abakwirikira ivyerekeye ibihe bavuga kw’ico gihuhusi ciswe, “Nor’easter’ kirimwo imiyaga n’imvura bikomeye muri ako karere na neige nyinshi.
Inyubakwa irimwo amamangazini abantu baguriramwo ibintu ya etages zitandatu yasenyutse giturumbuka ejo ku musi wa gatatu mu gitondo mu gihe abantu bagera kuri mirongo itanu bari muri iyo nyubakwa.
rezida Obama yarashimiye abantu isinzi bari bamushigikiye mu gisagara ca Chicago, mu kubabwira mw’ijambo ry’intsinzi ryiwe kw’ibintu vyiza kurushiriza biri imbere. Yamenyesheje ko yitaguriye kuganira na Mitt Romney aho bashobora gukorana.
Prezida Hollande yavuze ko yaje mu gihe gihambaye inyuma y’igandagurwa ry’umutegetsi akomeye ajejwe iperereza, Wissam al Hassan, akaba yavuze ko ashaka kwifatanya n’Abanyalibani
Igihuhusi Sandy carageramiye akarere ka Caraibes mu ntango z’iyi ndwi, aho cahitanye abantu mirongo ine na batatu mu mazinga ya Bahamas, muri Cuba, Jamaique na Haiti.
Abaharanira demokrasi n’agateka ka muntu batangaje kw’inteko za Reta ya Syria zagize ibiteto vy’indege z’ingwano ejo ku musi wa gatandatu mu bice birimwo ibice biri ku nkengera z’umurwa mukuru wa Syria, Damas.
Obama yahagaze mu gisagara ca Chicago mu gikorwa ciwe c’ukwiyamamaza yagize mu ntara za Florida, Virginia na Ohio, intara zishobora kuzogira uruhara rukomeye mu matora yo kw’italiki zitandatu z’ukwezi kw’icumi na rimwe.
Igisirikare ca Reta ya Syria congeye kiragabisha ibihugu bihana imbibe ku vyerekeye kworohereza abagwanya ubutegetsi kwinjira ku butaka bwa Syria mu kiringo ca Eid al-Adha.
Somalia ni kimwe mu bibanza abameneyshamakuru bageramirwa kurusha ahandi kw’isi.
Romney yabwiye abariko baramwumviriza mw’ikoraniro yagirishije mu gisagara ca Reno, mu ntara ya Nevada, ejo ku musi wa gatatu, kw’imigambi yiwe izonagura ubutunzi bwa Amerika buriko burikwega
Abajejwe itohoza bamenyesheje ivyo vyamenyekanye inyuma yuko umwishwa wa prezida Yayi, Zouberath Kora, abwiye inshuti yiwe ku vyerekeye uwo mugambi w’uguha isumu prezida Yayi.
Ishami ry’ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U rijejwe ibifungurwa n’uburimyi, F-A-O, ryatangaje imvura yo mu gihe c’ici yatumye inzige zigwirirana mu bugararwa, mu karere ko mu buraruko bushira uburengero bwa Afrika
Prezida wa Amerika, Barack Obama n’Uwo Bahiganwa, Mitt Romney Bariko Bagerageza Kujijura Abatora Bakigonanwa
Abategetsi bo mu gihugu ca Guinee-Bissau batangaje kw’inteko za Reta zatujije abari bagize igitero imbere y’ubucagucagu ejo ku musi w’Imana
McGovern yaranguye amabanga y’ubudepute n’ubusenateri hagati y’umwaka w’1957 n’umwaka w’1981.
Voma ibindi